Feel Love - Sat-B

Feel Love - Sat-B

  • Рік виходу: 2017
  • Мова: Суахілі
  • Тривалість: 3:19

Нижче наведено текст пісні Feel Love , виконавця - Sat-B з перекладом

Текст пісні Feel Love "

Оригінальний текст із перекладом

Feel Love

Sat-B

Bambwiye ko nkusangira na benshi

Nziba amatwi kuko ntashaka kuyumviriza

Ngo naho ndi intare imbere yawe ndi Intama

Buca kabiri umpinduke unry’umutima

Naho kw’isi ariko Bimeze bury’umuntu arinda icakunda

Niwabona nkukoshereje umbarire cane

Kuko kwi’si nta wuri perfect

Jewe Nawe turi abantu

Baby Soyez joyeuse

ET surtout quand vous etes avec moi, Aaah ahhhh

Kuko unkunda uko ndi Ndagukunda uko uri

Komeza unkunde cane kuko nkukunda cane

Let me feel love

Let me feel love., girl

Let me feel love

Let me feel love, girl

Bakubwira ko ndi ikirara gihebuje

Nirirwa club nirvana na la costa beach

Ntuzubabare bakubwiye ndi bad boy, be

Lover Lover kugeza nokubagore n’abantu

Naguhaye umutima wanj

Nsenga imana nayo irakumpa

Niwabona nkukoshereje

Umbabarire cane

Kuko kwi’si nta wuri perfect

Jewe Nawe turabantu

Baby Soyez joyeuse

Et sourtout quand vous etes avec moi, Aaah aaah

Chorus: kuko unkunda uko ndi Ndagukunda uko uri

Komeza unkunde cane kuko nkukunda cane

Let me feel love

Let me feel love, girl

Let me feel love

Let me feel love, girl

Outro:

Lover lover lover

She’s my lover lover lover

She’s my lover lover lover

She’s my lover lover lover

She’s mine

Інші пісні виконавця:

1

Iwacu

Sat-B • 2017

2

Talk To Me

Sat-B • 2020

3

In My Heart

Miss Erica, Sat-B • 2019

4

Baby Girl

Sat-B, Herbert Skillz • 2020

5

Cheatinga

Belle 9ice, Sat-B • 2021

6

Dat Ting

Belle 9ice, Sat-B • 2021

7

Gacugere

Sat-B, Bain Turo • 2020

8

Niko Bien

Sat-B • 2020

9

Sidibe

Sat-B • 2020

10

Ce Soir

Sat-B, Herbert Skillz • 2020

11

Cousin

Sat-B • 2020

12

Forgive Me

Sat-B • 2021

13

Hug Me

Sat-B, Otile Brown • 2021

14

Don't Cry

Sat-B, Aslay • 2019

15

Too Much

Sat-B • 2017

Нові тексти та переклади на сайті:

2+ мільйони текстів

Пісень різними мовами

Переклади

Якісні переклади всіма мовами

Швидкий пошук

Знаходьте потрібні тексти за секунди